NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI

NARANBIWE

/ #128 bikore bikurushe

2013-04-27 07:43

abarundi mumvugo yabo idahinyitse nibo bavuze ngo "inkubisi y'amavyi yrayakubise ayitarukiriza mumaso". none rero bagenzi uwo muntu yitwa ngo aradutwara atavye neza abahanuzi biwe barashobora kumuta mukaga kuko sinibazako ari wenyene mukogomba guhamba ukuri. erega bisanzwe bizwiko AKATAVUZWE KATIVUGA KO kandi ATAWUSOMERA INDURU IVUGA, N'aho uwo wowo bamaze kuwurengera!!!!! murantunga jewe amata nzoyasaba iyo bayabogora sinzoja kuyaka aho bayarigatira kurujo.