NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI
nkunduburundi démocrate |
/ #1582013-04-30 07:04Ewe Burundi waragowe! Ejo hari abafashe ibigwanisho ngo bagomba guhabuza demokarasi n'agateka kuri bose nayo rwari uruhendo! Uyu musi uwobaza abacndd/fdd ico bagwanira ntanyishu yoronka. Kanatsinda uravye ingene bakora aho bahora bamanuka mw'ibarabara gutegera imodoka kugira bice zina mututsi wese urumva ko bashitse kubutegetsi babura iyo baja niyo bava bakabura aho bahera mukurongora igihugu. Mbega ko mbona bamwe bamwe ubu kuva mushitse kubutegetsi mwinuba abazungu iyo birabira hirya mu ngwano mwarimwo na Reta yariho ico gihe ntibaremere ubutegetsi ubu muribaza iyo muba muri? muba mwaratsinze ingwano, muba mukigwana canke muba mwaratsinzwe? Ivya irvyo vyose ntanumwe yashobora kumenya ko muzoba muri kubutegetsi muri 2015 biciye mu matora! Ego nivyo intwaro zariho zari izigikenye none ubu itaniye na zimwe mwagwanya. Nimba ari ubwoko bukora gusa turacagowe Imana impane. Nagira Abahutu bashitse k'ubutegetsi baca berekana ubudasa n'ubutegetsi bw'Abatutsi. Umuntu agiye kubiraba umengo baba abatwaruye canke abatwara ubu umengo mwese mwonse rimwe. Uwabaroze ntiyakaravye! Abatwaruye rero tubareke tuvuge abagezweko. Hariya iyo bategurira imigambi womengo hariho umuntu atakindi ajejwe atari ukurondera ungene asamaza Abarundi m'ukurondera ikintu gituma bose bata ikivi mu kuja mugutuma inzego z'igihugu n'imirwi itandukanye ita umwanya mu bintu bidakenewe nkiryo tegeko ryo kumenyesha amakuru. Hari ibintu bitanu vyategerezwa kuba bizwi ko Uburundi bwubahiriza gusumba ibindi bihugu vyo kwisi none twama turi abanyuma bigaca bikwega ingorane z'ubutunzi. Habuze iki ngo umutekano w'abanyagihugu n'utwabo wubahirizwe (sécurité de la population et de ses biens)? Habuze iki ngo umuntu wese aserure iciyumviro atankomanzi (liberté d'expression)? Habuze iki ngo agateka kazina muntu kubahirizwe (respect des droits de l'Homme)? Habuze iki ngo abanyuruza itunga ry'igihugu bahanwe bimwe vyakarorero (éradication des malversations économiques et financières)? Habuze iki ngo ubucamanza bwigenge koko (indépendance du pouvoir judiciaire)? Hamwe ivyo vyo kubahirizwa Uburundi buca buba i PARADIZO bukaba nyabagendwa yamahoteri yubakwa akaronka ingenzi, abagwiza tunga bakaza ari benshi mu Burundi akazi kakaboneka ubushomeri mu rwaruka bukagabanuka. Jewe ndarindiriye kumenya aho Reta igejeje kuzana ya mahera yi Génève angana n'imiriyaridi 2.400.000.000 USD n'ukuvuga imiriyaridi ibihumbi 3.600.000.000.000 BIF ku myaka ine (2013+2014+2015+2016). Ayo mahera hamwe agaburiwe za miriyoni 8.000.000 z'Abarundi umwe wese yoronka ibihumbi amajana 450.000 BIF n'ukuvuga imiriyoni 2.700.000 BIF kunzu yose irimwo abantu batandatu. Bisigura rero ko Igihugu gitegerezwa kuronka k'umwaka imiliyoni amajana 600.000.000 USD angana n'imiriyaridi amajana 900.000.000.000 BIF. Kugira bishoboke nuko rero abadutwara baja imbere natwe Abanyagihugu tukaja kukivi atavyo gusamara birimwo nko guta umwanya mukutubahiriza bimwe bitanu kandi navyo abenshi batanga amahera menshi arivyo bashimikirako be no kurondera ikiringo kigira gatatu kandi ibiringo vy'umukuru w'igihugu c'UBURUNDI vyanditwe kandi bizwi n'Abarundi be n'amakungu ari bibiri gusa, icanyuma kikazohera itariki 26-08-2015. Akabona agiyeho ubwa gatatu amenye ko azoba atanguje ikindi kiringo c'ihirika ry'ubutegetsi ku nguvu baho abazobigira nabo akaba bari mubo vyamana imisi yose bamukikije. Ndasavye rero ntakamba tube dushiraho amategeko ashobora kwemezwa na ONU. Ahubwo tuyisabe yame hafi yacu iduterere ivyiyumviro ku yandi mategeko numwa akabije ariko araza nkirya CVR, Société Civile, Manifestations publiques, Loi CENI, Constitution kuko iyo bituritse amakungu mbona ariyo yita mu ziko mukuzimya umuriro twebwe nyene tuba twakije. |
|
Publicité de pétition
Promouvez ici
Promouvoir la pétition "NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI" sur cette listeSauver la Maison Dinu Lipatti
Bucarest, 19.03.2025 – Aujourd’hui, la communauté musicale roumaine commémore les 108 ans de la naissance du grand pianiste et compositeur Dinu Lipatti, mais cette célébration est assombrie par une nouvelle alarmante : la Maison Dinu Lipatti, située sur le Bd. Lascăr Catargiu, est en cours de saisie et risque d’être perdue. Pour sauver ce monument d'importance nationale, l'Association Grafoart lance un appel public aux signatures pour soutenir une lettre ouverte adressée au Gouvernement de la Ro...
Y a-t-il quelque chose que vous voulez changer ?
Le changement n'a pas lieu en gardant le silence. L'auteur de cette pétition a eu le courage de ses opinions. Allez-vous faire de même ? Lancez un mouvement social en créant une pétition.
Lancez votre propre pétitionAutres pétitions qui pourraient vous intéresser
NON AU BERGER BLANC LAVAL-MTL / La Maltraitance Aux Animaux N'est Aucunement Acceptée !!
1465 Créé: 2025-04-29
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 1465 |
2025 | 1460 |
Sauvons le terrain de jeu de l’École Notre-Dame
1133 Créé: 2025-05-12
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 1133 |
2025 | 1109 |
Mobilisation citoyenne contre la mise en marché collective et exclusive du bois de sciage et de déroulage du Syndicat des producteurs de bois de la Côte-du-Sud
1263 Créé: 2024-12-24
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 1263 |
2025 | 855 |
Pétition contre le transfert des élèves de maternelle 4 ans de 5e et 6e années de l’école primaire de Notre-Dame-du-Laus
535 Créé: 2025-06-27
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 535 |
2025 | 535 |
Changeons l’avenir du pré hospitalier. Les Paramédic du Québec qui veulent rejoindre le ministère de la sécurité publique
511 Créé: 2025-01-05
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 511 |
2025 | 511 |
PÉTITION OFFICIELLE À L’ATTENTION DES AUTORITÉS DE LA VILLE DE QUÉBEC Objet : Demande de dénomination d'une rue ou d’un espace public en hommage à Matoub Lounès
405 Créé: 2025-06-13
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 405 |
2025 | 405 |
Non à la fermeture des écoles
296 Créé: 2025-03-14
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 296 |
2025 | 295 |
Action urgente d'entretien du parc Hochelaga
259 Créé: 2025-05-26
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 259 |
2025 | 259 |
Assurer l’avenir du Mont Édouard: FAIRE VITE ET BIEN
258 Créé: 2025-04-02
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 258 |
2025 | 258 |
Sauvegarde/Réhabilitation du Collège Saint-Damien-de-Buckland
279 Créé: 2024-12-28
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 279 |
2025 | 238 |
PÉTITION Révision et Réduction Taxes Foncières en date du 24 Février, 2025
235 Créé: 2025-02-23
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 235 |
2025 | 235 |
Pour des infrastructures plus sécuritaires et mieux pensées à Montréal
109 Créé: 2025-05-31
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 109 |
2025 | 109 |
Pétition contre le transfert d’élèves de l’école Notre-Dame-Des-Champs vers une autre ville
83 Créé: 2025-06-18
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 83 |
2025 | 83 |
Acquisition du lot "Chez Gautier" par la ville de Montréal
66 Créé: 2025-06-05
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 66 |
2025 | 66 |
Jonathan Blanchette dans Arthabaska
62 Créé: 2025-05-18
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 62 |
2025 | 62 |
Pour prévenir un accident sur le chemin du golf en réduisant la vitesse sur le chemin du Golf à Ste-Julie
55 Créé: 2025-06-02
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 55 |
2025 | 55 |
Déclarer Donald J. Trump persona non grata ou non bienvenu au Canada
58 Créé: 2025-01-27
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 58 |
2025 | 58 |
l`iniquité du rôle d`évaluation foncier faite par la MRC Charlevoix -est
54 Créé: 2025-02-17
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 54 |
2025 | 54 |
Pour une construction d'un nouveau gymnase supplémentaire, l'école secondaire du Rocher
456 Créé: 2024-03-02
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 456 |
2025 | 50 |
Pour le congédiement de Mario Dumont de TVA/LCN/Qub/Québécor.
2450 Créé: 2024-12-13
Période de temps | Nombre de signatures |
---|---|
De tous les temps | 2450 |
2025 | 45 |
Petitionenligne.com
Nous hébergeons gratuitement les pétitions en ligne. Créez une pétition professionnelle en ligne en utilisant notre service puissant ! Nos pétitions sont mentionnées tous les jours dans divers médias, alors créer une pétition est un excellent moyen de se faire remarquer par le public et par les décideurs.