NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI

Patriote

/ #164 25

2013-05-01 00:55

On a marre de ce qui se passe dans notre pays.Bamenye ko batazohora kubutegetsi,twarabibonye aho bugara amaradioyo,bimaze kubatekurukana bakayakanurira amaso.bazojahe niyo bava kubutegetsi?ivyo bakora bizobagarukako.barukarishe ruzobahwata.ndazi neza ko iryo tegeko ritazokwijana nka ya soko n'ibindi vyose bibaza ko tutazi.umukuru w'igihugu amenye ko ariwe atukwa ibiba mugihugu kandi abarundi turamusavye ntashigikire abagipfukamye munda.