NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI


Visiteur

/ #172

2013-05-23 16:12

NKURUNZIZA Joachim ndumurundi yanka akarenganyo aba ibujumbura. turababajwe nagacinyizo kariko kagirirwa abamenyeshamakuru, kubwiwanje ngereranya ivyiyumviro vyabateguye nabemeje riryategeko: " nkabamwe bategura kwica yezu bamuziza ubusa baziko atazosubira kuboneka bakagirako uruhafu rwiwe bakarushirako igitandara cibuye kugira ntazoveyo" kurivyo rero twagire turemeshe abamenyesha makuru kobazotsinda urugamba barimwo kuko atacobazira atarugushira ahabona ibibera mugihugu.

Nogereranya kandi ivyiyumviro vyabateguye bagatora itegeko nkivyiyumviro " vyumugabo afise ingeso yugukubita nyina wabana hanyuma agashaka gutegeka abana ngontibavuge konyina wabo akubitwa canke atotezwa nase wabo akabategeka bavugako babanye neza "