NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza

heeeeee

/ #114 mbe barundi

2013-12-02 15:52

Kuvyukuri abantu bari hanze murantwenza cane kubwo uburobezo bwinshi mufise nubusayidiya papa hamwe ninzara bibatuma mutakaza umutwe.
Mumici yikirundi ntawutuka umuvyeyi akiri umuvyeyi ahubwo aramwubaha kandi ntimukwiye kuvuga ibitagenda neza kuzotuma ibintu bigenda neza ahubwo nugukora ibigenda neza maze tumenye ko mushoboye gukora ibintu vyiza.
Kuvyukuri ko mutagira ico mukora muraja mwibarabara nayo Peter mumureke ntimuzonamushobora kuko president w'ubufaransa nawe aramukeneye nicogituma atazobumvira mwebwe kandi noneho twe turamusengera ijuru rizokora vyose neza.