NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza


Visiteur

/ #145 Re:

2013-12-05 11:44

#142: -

Comment?

Ugomba kugira coup d'état ga wa mugabo we?

NImwaba mwemeza ko abarundi bose baciye ubwenge mukaba kandi mwizeye niyo BNUB mwifuza ko igumaho mirere na mirere, ntimworindira amatora hanyuma abarundi bakaruca,

Muzohinyuka.

Ariko izo ni indoto.