NON AU PROJET DE LOI RETROGRADE SUR LA PRESSE AU BURUNDI

Quoted post


Visiteur

#131

2013-04-27 11:47

Derrière beaucoup des journalistes Burundais se cache quelque chose. Iyo tuvuye turahazi, aho tugeze turahabona. Ivyo aba journalistes b'i Burundi bikoza vyose twama twabibonye. Chacun yiyumvire, abaze umutima wiwe, inyishu arayironka. Gusa bazoduhishuke ico bapfa n'intwaro ihari ubu. Abari imbere muri ako kaguma turazi ico bamye mu bihe bigoye twariko turasezerera.

Réponses


Visiteur

#132 Re:

2013-04-27 12:09:50

#131: -

We ntiwumva ko abo bajournaliste ngo aribo bashize kubutegetsi aba DD. Mugabo nimba ari uko bimeze bacawunyoye kuko inyana yishwe n' amabere ya nyina nta wundi muti!!!