NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza


Visiteur

/ #91 shetani we

2013-12-02 03:00

#77: -

Imbere yo kuvuga ushira ururimi mu kanwa ugaharura amajambo uvuga ariko ngira nabaguhenda Umwicanyi yishe SE 1972  ya Depute yaserukira abarundi bari bamugomwe.Imanga ntimarira imana sha.Reka nsubiremwo amajambo yumurundi umwe  yavuze ngo abo bana muriko mwica mumashure abandi bahunga  ukugaruka kwabo kuzobagarukako .Uwabivuze yari visionnaire  ngayo amajambo yavuzwe yarashitse.Ihonyabwenge  rya I na U mwakoze muca muja mu makungu none abarundi bariko biyungunganya ngo bige  namwe ibimwamaraso  muti ntimuhirahire  muve aho muriIvyari magera vyarageruye  Ne reveille pas le lion endormi