NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza

Contacter l'auteur de la pétition

Ce sujet de conversation a été automatiquement créé pour la pétition NON au régime criminel et dictatorial de Nkurunziza.

kajohn

#76

2013-11-29 05:28

trop c'est trop

Visiteur

#77

2013-11-29 05:38

Le Burundi est fatigue d' etre dirigé par des sanguinaires
Kanyana

#78

2013-11-29 05:39

Umwicanyi Nkurunziza, turamwanse

Visiteur

#79 Re: Re:

2013-11-29 09:35

#64: - Re:

 

Les grands dossiers se trouvent au bureau , il faut s'asseoir , penser, lire et recevoir des points de vue des sages les plus intelligents que vous

 


Visiteur

#80 Re: Re: Re:

2013-11-29 09:36

#79: - Re: Re:

Avec cet homme, le Burundi va reculer à tout point de vue


Visiteur

#81

2013-11-29 15:06

Le Président Doit dégager ou bouger.Il est temps de penser au vrai développement du Burundi.
Sagesse exige ou oblige
A bon entendeur salue
Merci
bizohinduka

#82 peter ivyukora vyose Imana irakubona umusi wawe urahari

2013-11-29 15:22

intwaro yaba dd iragisibije nukumwiyamiriza kandi ntimumwitabe ngwaje kubahenda ariko murundi ibintu vyijambo sivyiwe kuko umenga ntavuga iritomoye ariko umwe wese akore igishoboka iyintwaro ituveko kuko ahandi turagoye kuko nibaheza ibintu bazorya abantu.

Visiteur

#83

2013-11-29 20:17

Yesu ati:mukundane nk'uko nabakunze niho muzokwitwa
abana banje.Ati,uzokwica umuntu azoba yishe mpweme
yela iri muritwa we kandi azomutwara nk'umutwaro
kugeza apfe

Visiteur

#84

2013-11-30 12:01

Il faut les partenaires occidenta du Burundi, l'empêche de changer de constitution pour briguer un 3 mandat.
Enquêter sur les crimes de sang qu'il a comis au Burundi
LES CRIMES FINANCIER

Visiteur

#85 Re:

2013-11-30 12:11

#34: ni bababajane kwa legentil mwasaze -  

 Ahubwo wiyunvira nkawe nawe ukwiye kurara kwa legentil bidatevye kuko vyabuze niwaba aruko wiyunvira gushigikira rusenyanzugi umwicanyi mubi. Ari wewe ariwe murahumba amaraso yaba innoncent ntaheranwa. Vous paierez chere devant le bon Dieu tout puissant.


Visiteur

#86

2013-11-30 14:43

il est temps de changer les mentalité et mettre en avant l'intérêt de la population

Visiteur

#87 Re:

2013-12-01 06:35

#14: NDABIVUZE -

Ihangane kuko imyaka mwatwaye nimyishi gusubirako si vuba


Visiteur

#88

2013-12-01 11:55

Accord d Arusha c est la ciment de la cohabitation au Burundi , touche pas a la constitution issue de cette accord pour se maintenir au Pouvoir!!!
Murimpumyi

#89 Benshi banyoye umufa w'igihuna

2013-12-01 20:56

#86: -  

 Mbega ninde yigeze gutwara Uburundi neza kuruta Pierre Nkurunziza ? Micombero, Bagaza, Buyoya ? Mbega accords z'Arusha zavuye kuki ?


Visiteur

#90

2013-12-02 02:45

Ubutwari bubonekera mu Burundi Atari mu bufaransa mwihejeje kumenja mu kwica benewacu kuko turazi ko benshi muri mwebwe mwagiye mwivye amahera yabarundi yababereye itike abandi mwariye imfashanyo zacu.Mwagize genocide yincabwenge mwigisha ubwoko bumwe mukoresheje I na U none twariko turiga ngo tera iyo sema Abanyu biga I burayi tweho twariko turiyungunganya iwacu mwataye igihugu bamwe mugenda mwishe umukuru wigihugu NDADAYE Melchior nubu ntimuragaruka.Mugomba igihugu ingo muhangane naba Nye politike ivyiyumviro biri mu makungu bias nimvura ingwa muri Amerika ntishikire uburundi .Benshi twumva ngo mwarize taha tubabone ubwenge bwanyu bupfuyubusa kuburundiImwa zirakuga imbere yamakungu abahaye indaro mwenegihugu mukamwicira I burayi ngo ntakiriko kirakorwa uwishe canke uwasahuye urubanza ni I Burundi non a ParisDictature yakorewe abarundi kuva 1966 gushika 1993 yo bite Micombero nabayoboke biwe ngo muri Paris Bagaza nabamufashije kwica ngo muri Paris Buyoya naba sans echec ngo muri Paris. Abarundi duti tahe imbwa iragira iwabo ntikugira inyuma yinzu.Medias et decideurs ne sont pas des idiots manupulables comme des pions.Ivyabaye vyarabaye imanga ntimarira imanaVive le Burundi vivre les citoyens Burundi ceux detenteurs de la Nation non de la diaspora burundaise en Europe

Visiteur

#91 shetani we

2013-12-02 03:00

#77: -

Imbere yo kuvuga ushira ururimi mu kanwa ugaharura amajambo uvuga ariko ngira nabaguhenda Umwicanyi yishe SE 1972  ya Depute yaserukira abarundi bari bamugomwe.Imanga ntimarira imana sha.Reka nsubiremwo amajambo yumurundi umwe  yavuze ngo abo bana muriko mwica mumashure abandi bahunga  ukugaruka kwabo kuzobagarukako .Uwabivuze yari visionnaire  ngayo amajambo yavuzwe yarashitse.Ihonyabwenge  rya I na U mwakoze muca muja mu makungu none abarundi bariko biyungunganya ngo bige  namwe ibimwamaraso  muti ntimuhirahire  muve aho muriIvyari magera vyarageruye  Ne reveille pas le lion endormi

 


Visiteur

#92

2013-12-02 06:06

Il est plus que temps d'oser dire NON au Régime Nkurunziza partout où l'on est. C'est un pouvoir sans NOM dans le monde entier. Des Pillards, des Tueurs, des Violeurs, des Stupides et des Incapables de TOUT BIEN.

Visiteur

#93

2013-12-02 06:39

j'espere que par cette petition le peuple burundais puisse se rendre compte que personne n'est au dessus de la loi.

Visiteur

#94

2013-12-02 06:45

Nous demandons à ce gouvernement ce qui lui manque pour être un bon père de famille.
Ce gouvernement est caractérisé par le clientélisme. Le plus grave à l'université du Burundi où le critère de mérite ne signifie plus rien. On se demande où on va.

Visiteur

#95

2013-12-02 07:00

Harageze nimba hatarengeranye ko le gouvernement Nkurunziza yumva amarira y'abanyagihugu!!!

Visiteur

#96 Re:

2013-12-02 07:01

#1: -

tugerageze turwanye twivuye inyuma abo bantu badakunda abo imana yabahaye ngo abarongoye. aho ukurangura ishaka ryimana bagaca babiba bakanabica. ikiremwa cimana baracishura naho borabira ku gisomwa ca daniel aho umwami balthazar yiba ibikombe vyimana akabiborererwamwo nabahabara ico yabonye.........


Visiteur

#97

2013-12-02 07:09

La souffrance est énorme, la population tuée par ses leaders et surtout la police présidentielle.
patrick

#98 Re:

2013-12-02 07:58

nkinankebura

#100 *26

2013-12-02 08:46

abiyamiriz ubutegetsi bubi ndabashigikiye mukomere vyose bizova munguvu zacu n urugamba rwatwese.
vive la justice,vive la paix.