CPI BURUNDI (poursuivre les criminels au pouvoir)

Kamaramagambo

/ #57 Imburi

2011-12-16 14:53

Harahiriwe abihoreye kuko umusi bishuwe bizoshimwa. Ndaneguye abipfuriza ubutegetsi bw'Uburundi gusambuka, eka ni ibihwabare pe! Aho mwihereza amabarabara mushaka kunyegeza amaraso <> (abahutu) mwanyoye, ngo hari n'umwe yayibagiye? Ukora hasi ukibutsa inguge amabuye; rindira intahe izobanege umuvumo mugahanga ejo aho bukera. Mbega ni kuki mudashaka ko Commission Vérité et Réconciliation itangura gukora, mwibaza ngo izo nduru zanyu zizoyihagarika? Uwatekeye ijisho azorirarira! Arya ma fausses communes mwujuje ubuhanga bw'abahutu mwibaza ngo yaraboze? Ahubwo muri ibiburabwenge iyo muva!!! CPI izohera kuri mwebwe abatutsi, nimwe mwishe igihugu cacu. Burya buhanga bwose buzozukira rimwe bubagirize, ndabarahiye mutazopfa nka Gahini!!! Iyo muba abandi mwokunze abahutu n'umutima wanyu wose, kuko bobo bibagira ningoga kubera mu mitima yabo atanzigo yaharitse nk'iwanyu. Ariko mugumye mubasomborotsa hoho, kwiruka barabizi kandi ntibagaruka imbokoboko.