Non au détournement du terrain de football de Kabondo

Quoted post

Tijo

#4

2013-09-24 20:29

Et si c´était pour le moderniser??! Aho muriko muriyibagiza ko personne ne s´en est occupé depuis qu´il existe?! Mbe ninde wundi yoyitayeho ko kabondo atari commune, kandi muzi neza ko bamwe mwagiye kuhakinira mutoroste home, canke mugiye kugabanya indarane, mugaca mubandanya muri gong-unique? Ntanumwe yaguze n´ikupe-kupe ngo ateme ivyatsi, none ubu abironkeye ikiraka co kuyisubiramwo, ngo barabakiranye??! Abarundi n´ukwanka akaja muwundi! Inzigo Ramba!

Réponses

Chris

#7 Re:

2013-09-26 14:40:00

#4: Tijo -

Cher ami, ndibaza ko utazi les réalités zo kuri kirya kibuga... sinzi les mobiles zituma uvuga ko atawuyitaho, ariko en tant que umunyakabondo nagira ndakubwire ko le terrain yama ikorwa régulièrement, ngira harico utavuze... hama ko abarundi banka akaja muwundi, iryo jambo riri mal placé ntaco nokwishura... Ikibuga nico kwinonora imitsi kandi si abanyakabondo bonyene bahakinira gifasha benshi.